{jcomments on}E. Ndayemeye, Bujumbura, AGNEWS, le 19 février 2010 L équipement du matériel médical a été réceptionné cette semaine [Mercredi 17 Février 2010] à l’aéroport national de Bujumbura par Mgr (Monseigneur) NDUHIRUBUSA Joseph du diocèse de Ruyigi . Ce don du gouvernement italien est destiné à équiper le nouvel hôpital Ruyigi situé au carrefour des communes de cette province va beaucoup aider dans l’amélioration de la santé public.
Ku munsi wa gatatu italiki 17 Ruhuhuma 2010 niho Musenyeri NDUHIRUBUSA Joséph wo muri diyoseze ya Ruyigi niho yakira ingabire yatanzwe n igihugu c UBUTALIYANO iyo nayo ikaba yari igizwe n ibikoresho vyo kwa muganga hamwe n imiti ivyo navyo bikaba bigiye gufasha mu bitaro bishasha biri mu ntara ya Ruyigi.Iyo ngabire ikaba izofasha abanyagihugu batari bake ngo kuko ivyo bitaro biri mu masanganzira y amakomine agize iyo ntara.