OMAR,AGNEWS,le 22 avril 2010
L’UNICEF a octroyé au ministère de la santé publique une aide de 8 ambulances

Ce mercredi, en date du 21 avril 2010 ,l’UNICEF a octroyé au ministère de la santé publique une aide de 8 voitures ( ambulances ), qui seront distribuées dans huit districts sanitaires ; ces ambulances favoriseront la diminution du taux de mortalité.
Le ministre de la santé, Emmanuel GIKORO, a remerçié vivement cet acte charitable.

Ku munsi wa gatatu igenekerezo rya 21 Ndamukiza 2010 ishirahamwe mpuzamakungu UNICEF niho ryaronsa ubushikiranganji bwamagara y abantu ingabire y imiduga yo gutabara imbabare bita ruseha abaniha ,iyo nayo ikaba yatanzwe mu ma disirigite umunani ,bikazotuma igitigiri cabitaba Imana kwa muganga bazogabanuka.
Umushikiranganji w amagara y abantu Emmanuel GIKORO yarakengurutse iyo mfashanyo.

News Reporter