{jcomments on}E. Ndayemeye, Bujumbura, AGNEWS, le 19 février 2010 La sensibilisation des femmes intellectuelles et non intellectuelles a commencé dans différentes collines du pays. Cette sensibilisation est l’initiative de femmes formées. Ces femmes insistent sur le fait de connaitre ses droits, de prendre sa place dans la vie du pays, et de participer dans la vie politique national au même titre que les hommes surtout à l’approche de la période électorale.
La formation de ces femmes formatrices a été organisée par deux associations – APFB – et Réseau Femme. Signalons que beaucoup des femmes barundi jusqu’ ici sont encore sous estimées…
kuri uyu munsi wa kabiri italiki 16 Ruhuhma n iho hatangura inyigisho kubakenyzi bo mu ducimbiri two mu makomine yo mu ntara zose z igihugu ,izo nyigisho zihamagarira abakenyezi bize n abatize kugarukira agateka kabo m ukumenya uruhara bafise mu buzima bw igihugu na cane cane mu buzima bwa politike muri iki gihe twimirije amatora, izo nyigisho zizorangira ku munsi wejo italiki 17,zikaba zitangwa n abakezi bize n abatize baheruka kuzironka haciye indwi abo nabo baka bazironse biciye mu ma shirahamwe APFB hamwe na réseau femme yari yaziteguye.Abakenyezi batari bake rero bari bacikengera