EN,BUJUMBURA,AGNEWS,le 28 mai 2010
Les élections des conseillers communaux ont eu lieu le 24 mai 2010

C’ est ce lundi 24 mai 2010 que les élections des conseillers communaux se sont déroulées, après avoir été reportées deux fois.
Dans beaucoup de centres de vote, le scrutin a commencé à temps, c-à-d à six heures du matin,mais certains centres ont démarré un peu en retard faute de matériel (arrivé tardivement).Beaucoup de gens avaient répondu massivement au scrutin ,le président Pierre NKURUNZIZA a voté au centre de Vumbi de la province de Ngozi ,Agaton RWASA a voté au centre de l’école primaire de Stella Matutina de la ville de Buja.
Bref ,les élections se sont biens déroulées sauf quelques anomalies observées comme:
-Tentatives de fraude
-Ruptures de stock ( parfois les bulletins de vote étaient insuffisants par rapport aux votants)
-Manque de maîtrise des techniques électorales
-Retards au vote, et cinq personnes ont dit qu’ elles n’ ont pas voté, car elles ont trouvé sur leurs listes qu’il était marqué qu’ elles avaient déjà voté, ….
Certains centres de vote ont terminé vers 16H00, les derniers à 22H00. Signalons que les résultats finaux des élections communales seront proclamés ce vendredi 28/05/2010, mais les résultats provisoires montrent que le parti CNDD-FDD
est le premier, et le parti FNL deuxième.

Ku munsi wa mbere italiki 24/05/2010 niho haba amatora y abajenama ba komine arinaryo sango yari yungururijweko ubugira kabiri.MU bibanza batoreyemwo ,ahenshi batanguye kumas&aha n ukuvuga isaha cumi na zibiri zigitondo ,ariko hari aho
batanguye bacerewe bivuye kubikoresho bitari bwashike vyose. Abanyagihugu bari bitavye kubwinshi ayo matora ,umukuru w igihugu Petero NKURUNZIZA akaba yatoreye mu ntara ya Ngozi komine Vumbi , Agaton RWASA umukuru w umugabwe FNL akaba yatoreye kwishure ritoyi rya Stella Matutina.
Muri rusangi amatora akaba yagenze neza kiretse utunenge tumwe tumwe twagiye turibonekeza nka:
-Gusotera kwiba
-Ugukeha kwamakara y imigambwe
-Kuyoberwa ingene batora ( abasaza)
-ugucerwa gutora ( ntibahavuye ngo batore abacerewe)
-Abasanze batoye mikibanza cabo
Ku ma centre amwe amwe bakaba bahejeje isaha cumi abanyuma nabo isaha zine zijoro.
Ivyavuye mumatora bikazoshikirizwa ku munsi wagatanu 28/05/2010 ariko ibibanza
vyimfata kibanza bikerekena ko umugabwe uza imbere ari CNDD-FDD hagakurikira FNL.

News Reporter