Steven Sogo

Culture – Steven Sogo, célèbre chanteur burundais, a animée un concert dans les dates du 01et 02/10/2010 au Centre Culturel Français ( CCF) dans sa musique de style amayaya ,il utilisait des instruments de musique traditionnel dont on peut citer : umuduri, ikembe ,indongo et de la guitare basse. Beaucoup de monde, Burundais et Etrangers, étaient présents. Signalons qu’il a présenté son, nouvel album, avec ses nouvelles chansons. Après sa tournée en Angleterre, sa musique est de plus en plus catégorisée comme une musique du monde.

{jcomments on}Igeteramo caratunganijwe mu kigo cabafaransa (CCF) n umuririvyi,Steven sogo ku ma genekerezo ya 01na 02 Gitugutu ,akaba yavuza akoresheje ibicurarangisho kavukire arivyo: Umuduri ,Ikembe ,indonongo wongeye igitari. Mu miziki yacuraranze akaba yacishijemwo niyo agiye gusohora vuba mu rukurikirane rushasha rw umudiho baita amayaya .Icogiteramo c itabwe nabatari bake ,abarundi n abanyamahanga.Uwo muririvyi akaba ariko aratera imbere bimwe biboneka mu kumenyekana mu ma kungu ,ndetse akaba yahora mu Bwungereza kuremesha ibiteramo. Elvanie N., BUJUMBURA, AGNEWS, le 11 octobre 2010 )

News Reporter