{jcomments on}E. Ndayemeye, Bujumbura, AGNEWS, le 3 février 2010 Ces derniers jours la saleté est tellement évidente dans la ville de Bujumbura et surtout dans certaine commune comme Buterere.
C’est dans cette commune, on retrouve une montagne de saleté et ce qui est beaucoup plus dangereux et qu’ on y trouve des objets médicaux comme des seringues, des bouteilles cassées en provenances de la ville. A côté de cette montagne de saleté, on y trouve de l’ eau stagnante où les enfants viennent souvent nager . C’ est dans cette commune même où on observe pour la plupart des fois la destruction de maisons due à l insalubrité et à l’absence des caniveaux.
Buterere :Burundisuku sikirenga mu gisagara ca Bujumbura. Muri ino minsi isuku rike ririgaragaza mu gisagara ca Bujumbura na cane cane muma komine amwe amwe nka Buterere ,hakaba hari umusozi ungana amahanga w icavu,uwo nawo uteye amakenga na cane cane ko ushobora gusanamwo amacupa yavuyemwo imiti ,insinge zokwamuganga n ubundi bucafu bw ubwoko bwinshi bwgeranirijwe ngaho buvuye mu mihingo nka yose y igisagara..Iruhande y iryo yarara hari ikidengeri kinini c amazi mabi ico naco ngo nabana bahora baza kucogamwo bigatuma bahakura indwara nyinshi, muri iyo komine nyene imvura irakunda guhitana amazu n imirima bivuye ku bukene bw imifurege itwara amazi.