agnews_nkurunziza_pierre_2010c.gif


{jcomments on}EN,BUJUMBURA,AGNEWS,le 15 juin 2006C’est le 12/06/2010 qu’a eu lieu le lancement officiel de la campagne électorale des présidentielles. Les cérémonies d’ouverture ont débuté dans la province de Ngozi à Vyegwa pour le parti CNDD-FDD, avec son candidat, qui est le président de la république Pierre NKURUNZIZA .Dans son discours, il a dit que pendant ces cinq dernières années ,ils ont essayé de mettre en pratique les projets mis en accord ,surtout sur la paix et la sécurité. Ces cérémonies ont été clôturéés par l’accueil de 835 nouveaux candidats dans ce parti,e n provenance des partis UPD, FRODEBU et MSD.

Signalons que ces propagandes commencent à un moment où 13 autres partis ont retiré les dossiers de leurs candidats à la présidentielle.Le président de la CENI,Pierre Claver NDAYICARIYE, a précisé que ce rendez-vous de propagande ne concerne que le parti CNDD-FDD, seul, qui a déposé son dossier.

Uyu munsi igenekerezo rya 12/06/2010 niho ibikorwa vyo kwiyamamaza mu kibanza c umukuru w igihugu vyatangura,ivyo birori bikaba vyugurujwe n umukuru w igihugu Petero NKURUNZIZA ,mu ntara ya Ngozi , mu Vyerwa.ivyo bikaba vyatanguye mu gihe uwo mugambwe wa CNDD-FDD ariwo wenyene ubirekuriwe mu gihe iyindi migabwe 13 yakuyemwo akarenge. Mwijambo umukuru w igihugu yashikirije ko muri iyi myaka itanu irangiye bagerageje gushira mu ngiro imigambi biyemeje na cane cane amahoro n umutekano mu gihugu. Ivyo biriri vyarangiye mu kwakira abanywanyi bashasha 835 binjiye muri uwo mugambwe wa CNDD-FDD bavuye mu migamwe ya FRODEBU , MSD na UPD.
Pierre Claver NDAYICARIYE arongoye umugwi ujejwe gutunganya amatora avuga ko atawundi mugambwe n umumwe urekuriwe kuja kwiyamamaza ngo kuko ata ma dosiye batanze.

Site de la campagne présidentielle  [ S.E.  Nkurunziza Pierre ] :
http://www.pierrenkurunziza.org

News Reporter