{jcomments on}E. Ndayemeye, Bujumbura, AGNEWS, le 19 février 2010
Depuis plus de deux semaines, on observe dans différentes quartiers de la ville de Bujumbura et à l’intérieur du pays une pénurie de sucre. Habituellement, le sucre se vend au marché central de Bujumbura. Les petits commerçants disent que le sucre n’est pas disponible au marché.

Désormais, le sucre  se vend  « au marché noir » avec un prix rehaussé. Par exemple, pour obtenir un sac de sucre, le truc est qu’il faut acheter d’autres produits comme par exemple un sac de haricots… Et là çà marche ! La SOSUMO (Société Sucrière Mosso) a diminué depuis le mois de janvier sa production.

Haciye ikiringo kirenga indwi  zibiri isukari ikenye mu mihingo itandukanye y igisagara ca Bujumbura eka no mu ntara zohagati  mu gihugu.Nkuko bisanzwe , isukari yarangurigwa kw isoko nkuru ya Bujumbura ,ariko abadandaza bato bato baravuga ko isukari batayironka ngo niyo ibonetse idandarizwa mu kinyegoro bagaca baduza igiciro , kugira naho uronke umupfuko w isukari utegerezwa kugurana n ibindi bintu nk akarorero umupfuko w ibiharage. Igituma rero c ubukene bw iyo sukari ngo n uko SOSUMO ,ihingura isukari ngaha mu BURUNDI y agabanije urugero yahora itangako iyo sukari kuva mu kwezi kwa Nzero.Yavuye ku ma toni 10 ija kumi pfuko 60.

News Reporter