OMAR,AGNEWS , le 07 mai 2010
Le gouvernement et les syndicats des enseignants se sont accordés

Ce mardi le 4 mai 2010,le gouvernement et les syndicats des enseignants se sont enfin accordés, après une grève qui vient de durer deux mois depuis le 8 mars dernier.L’ Etat a accepté de payer les arriérés de 2007 équivalent à vingt et un
milliards de francs bu, et en deux tranches payables fin mai et fin juillet.Rappelons que l’ Etat devait deux années d’ arriérés aux enseignants, et que pour ce, les syndicats affirment que les négociations vont continuer, jusqu’ à ce que tous les
arrierés (et autres problèmes entre le gouvernement et les enseignants) soient totalement couverts. C’ est aujourd’ hui que les classes ont repris, et les examens vont commencer au début de la semaine prochaine.Le calendrier va être modifié, à
cause de ce retard occasionné par une si longue grève.

Kw’ uwu wa kabiri igenekerezo rya kane Rusama niho reta y’ Uburundi n’ ama syndicats y’ abigisha yumvikana ku bibazo bimwebimwe ; ivyo bikaba vyatumye yegereyegere yatanguye kw’ igenekerezo rya 8 Ntwarante rihagarara.Ku ndaranwa y’ imyaka ibiri abigisha basaba(2007,2008)reta yemeye kuba iratanga indaranwa yo mu 2007 ingana n’ imiriyaridi mirongo ibiri n’ imwe y’ amarundi, akazotangwa mu mice ibiri n’ ukuvuga umuce w’ ambere mu mpera z’ ukwezi kwa gatanu, uwakabiri mu mpera z’ ukwezi kwindwi.Uyu musi rero abanyeshure basubiye ku mashure ibibazo bikazontangura gutangwa mu ndwi itangura.Iyo yegereyegere ikaba yatumye ikiranga misi kizohindurwa.Ibiganiro bikabaka bizobandanya hagati ya reta n’ abigisha gushikaho
ibibazo vyabo vyose biva mu nzira.

News Reporter